Ishirahamwe #KitHub rihurikiyemwo abigeme n’abakenyezi risanzwe ryigisha urwaruka ibijanye n’ubuhinga bwa none ryaruguruye kumugaragaro umugambi mushasha bise Block chain ufashwe mu mugongo na Women in Tech .
Ivyo birori bikaba vyari vyatewe iteka na Léocadie Ndacayisaba Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru, ugutumatumanako n’ubuhinga bwa none hamwe n’umupfasoni ava mugihugu c’ubufaransa AYUMI Moore Aoki yatanguje #womenIntech.